Kirundi ▪ Kinyarwanda
Amakuru y'Imvaho

Inyandiko Gusa
Rungika

Ingwano Iherutse Kwaduka mu Burundu nta Nsiguro Ifise


29/04/2008
Ingwano Iherutse Kwaduka mu Burundi nta Nsiguro Ifise - Umva (MP3) audio clip
Ingwano Iherutse Kwaduka mu Burundi nta Nsiguro Ifise - Umva (MP3) audio clip

Abarundi bo mu mihingo no mu migambwe itandukanye, bavuga kw’ingwano iherutse gusubira gutera amarira mu banyagihugu idashobora gutorerwa insiguro, ngo naho vyoba vyarigaragaje ko reta y’Uburuni itakoze ibishobotse vyose kugira ngo amasezerano y’amahoro ashirwe mu ngiro.

Mu kiganiro gikwirikira catunganijwe na Frederic Nkundikije, Gratien Rukindikiza, Fabien Cishahayo, Francis Ngaruko hamwe na Fred Ngoga Gateretse, bose barashikirije ivyiyumviro vyabo bitandukanye kur’iyo ngwano. Abo bashingantahe baragize ico bavuze kandi ku vyerekeye ingaruka z’iyo ngwano hamwe n’ibindi bintu bibaza ko vyoba vyaratumye iyo ngwano yaduka.

Abo bashingantahe barangiza iki kiganiro baha impanuro reta y’Uburundi hamwe n’abagwanya ubutegetsi

emailme.gif Rungikira incuti iyi nyandiko
printerfriendly.gif Capa

  Inkuru Nyamukuru

  Andi Makuru