Kirundi ▪ Kinyarwanda
Amakuru y'Imvaho

Inyandiko Gusa
Rungika

Mu Burundi Ingwano Zirabandanya


30/04/2008
Mu Burundi Ingwano Zirabandanya - Umva (MP3) audio clip
Mu Burundi Ingwano Zirabandanya - Umva (MP3) audio clip

Umuvugizi w’ugwego gw’igisirikare c’Uburundi, Lieutenant Colonel Adolphe Manirakiza yamenyesheje ko kw’igenekerezo rya 29 z’ukwezi kwa kane ingwano zabandanije muri komine Isale, mu ntara ya Bujumbura Rural, mu turere twa Masake, Caranda, na Cewe.

Umumenyeshamakuru Leon Masengo niwe adushikiriza iyi nkuru k’uburyo buramvuye.

emailme.gif Rungikira incuti iyi nyandiko
printerfriendly.gif Capa

  Inkuru Nyamukuru

  Andi Makuru