VOANews.com

Kirundi▪ Kinyarwanda Amakuru y'Imvaho

05 Ukwezi kw'Icumi na Rimwe 2009 

Inkuru Igezweko:

Amakuru mu Ndimi Mirongo Ine na Zitanu
Inama ku Karere k’Ibiyaga Binini


05/11/2009

Kw’igenekerezo rya 4, ukwezi kw’icumi na rimwe, mu Burundi hatanguye inama y'abakuru b'ibihugu 11 bihurikiye mu kanama mpuzamakungu k'ibiyaga binini. Intumbero y’iyo nama n’ukurondera amafaranga yo kubumbatira amahoro mur’ako karere biciye mu migambi y'iterambere

Mur’iyo nama izomara imisi ibiri, abayitavye bazokwihweza ibimaze kurangugwa n’ibiri imbere bagiye gutandukira. Muri iyo nama irikoibera i Bujumbura, hitezwe abategetsi barenga 48. Iyo nama yashinzwe mu kwezi kw’icumi na rimwe, mu mwaka wi 2004 i Dar es Salaam muri Tanzania ariko ifise icicaro i Bujumbura.



Download Burundi/Great Lacks Conference
Umva  (MP3)
Listen to This Report Burundi/Great Lacks Conference
Umva (MP3)
E-mail This Article Rungikira incuti iyi nyandiko
Print This Article Capa
  Inkuru Nyamukuru

  Andi Makuru