blank

Inside VOA | Twandikire

Ibitwerekeye

Guhanahana amakuru

Ivyo Web ikora

Turi Bande?

Iradiyo Ijwi rya Amerika mu Kirundi no mu Kinyarwanda ikoresha abamenyeshamakuru batandatu. Mur’abo batandatu, batatu n’abarundi, abandi batatu bakaba abanyarwanda. Bose ukw’ari batandatu barumvikana mu biganiro vya radio Ijwi rya Amerika, kandi bakorera aha i Washington D.C. Aha i Washington D.C. hari kandi abandi bakozi babiri bafasha gutunganya ibiganiro muri studio.

Turetse abakorera aha i Washington D.C., hari n’abandi bamenyeshamakuru bari i Bujumbura mu Burundi, I Kigali mu Rwanda, n’i Arusha muri Tanzania. Abo bamenyeshamakuru bajejwe gutororokanya no kurungikira radio Ijwi rya Amerika ibiganiro n'amakuru, ku musi ku musi, canke rimwe mu ndwi.

Amazina y’abamenyeshamakuru bose ba radio Ijwi rya Amerika mu Kirundi no mu Kinyarwanda:

Robert Daguillard
Service Chief
Dieudonne Cyubahiro
Mail / Family Reunification
Thomas Kamilindi Thomas Kamilindi
Correspondents Editor
Etienne Karekezi
Managing Editor
Eugenie Mukankusi
Health Editor
Frederic Nkundikije
Managing Editor
Fidele Niyongabo
Economics Editor
Marie-Claire Sissoko
Family Editor
Janvier Ntahomvukiye
Internet Editor

Aderesi Yacu
Central Africa
Kirundi-Kinyarwanda Service,
330 Independence Avenue SW
Room #1086,
Washington, DC 20237
USA

Fax
(1)(202) 260 2579

E-mail:
central-africa@voanews.com 

radiyoyacu@voanews.com