VOANews.com

Kirundi▪ Kinyarwanda Amakuru y'Imvaho

23 Ukwezi kw'Icumi na Rimwe 2009 

Inkuru Igezweko:

Amakuru mu Ndimi Mirongo Ine na Zitanu
  Amakuru-Y'Ubuzima


Ibiganiro vy’iradiyo Ijwi rya Amerika mu Kirundi no mu Kinyarwanda vyumvikanira no kw'iradio RPA (Radio Publique Africaine) i Bujumbura mu Burundi, iradiyo Ijwi rya Toro mu gisagara ca Fort Portal mu burengero bw’igihugu c’Ubuganda,iradiyo Ijwi rya Kigezi, iri i Kabale, mu bumanuko bw’igihugu c’Ubuganda no kuri Radio Free Africa iri i Mwanza, muri Tanzania.

Umvira Ijwi ry'Amerika Hano