VOANews.com

Kirundi▪ Kinyarwanda Amakuru y'Imvaho

 
Amakuru mu Ndimi Mirongo Ine na Zitanu
Inkino no Kunonora Imitsi  mu Burundi 


12/10/2009

Uwurongoye ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi, Madame Lydia Nsekera, aherutse ku genwa  ngo aserukire ishirahamwe mpuzamakungu rijejwe inkino (Commite Olympique) mu Burundi. 

Ico gikorwa cahora kuva kera gihabwa abagabo, none bubaye ubwambere cegukira umukenyezi, kandi umukenyezi w’umurundikazi. Nti bitangaje kubona yizigigwa akongera agatogwa n’ishirahamwe mpuzamakungu rijejewe inkino, kuko n’abarundi bari baramwzigiye bamushinga amabanga yo kurongora ishirahamwe ry’umupira w’amaguru. 

Madame Lydia Nsekera yarahaye ikiganiro Marie-Claire Sissoko, umumenyeshamakuru wa Radiyo Ijwi rya Amerika, amubwira ingene yakiriye iryo genwa. Yamwishuye avuga ko ryamuhaye inguvu zo kubandanya guteza imbere inkino muri rusangi, zirimwo n’urukino rw’umupira w’amaguru. Twumvirize ico kiganiro ku buryo buramvuye:
 


Download Burundi/Lydia Nsekera
Umva  (MP3)
Listen to This Report Burundi/Lydia Nsekera
Umva (MP3)
E-mail This Article Rungikira incuti iyi nyandiko
Print This Article Capa
  Inkuru Nyamukuru
Mukezamfura Yahawe Burundu y’Umwihariko

  Andi Makuru
Mutsindashyaka yahawe igifungo cy'umwaka
Umunyamakuru wa Rugari Asimbutse Gacaca
IBUKA Yongeye Guca Umubano na Arusha
Umunyamakuru wa Rugari muri Gacaca
Mutsindashyaka Theoneste Yatawe muri Yombi
Ingwara y'Akamangu k'Ingurube Iravugwa mu Burundi
Inama yo Kunagura Uburimyi mu Burundi
Ambasaderi wa Kongo Mushya Mu Rwanda
Amavubi Ntazajya Muri CAN 2010
J. Bosco Gasasira Ntazafungwa
Mu Rwanda, Indege Yagize Impanuka
Ibogozwa ry’Umushikiranganji mu Burundi 
Igikombe cy'isi cyasuye u Rwanda
Igikombe c'Isi Yose i Bujumbura
Munyanganizi Yakatiwe Umwaka w’Igifungo
Igihembo cya Mbere mu Rwanda Cyitiriwe Umunyamakuru