VOA News: Inkuru Zigezweko Tue, 09 Feb 2010 20:50:05 -0400 http://www.voanews.com/ Up to the minute news from Voice of America Kwandika Abazotora mu Burundi Tue, 09 Feb 2010 20:50:05 +0200 Tue, 09 Feb 2010 20:50:05 -0400 Tue, 09 Feb 2010 20:50:05 +0200 http://www.voanews.com/centralafrica/2010-02-09-voa3.cfm?rss=topstories Igikorwa co kwiyandikisha kikirangira, icegera c'umukuru w'umugwi ujejwe gutegura amatora mu Burundi, umupfasoni Margueritte Bukuru, yabwiye Ijwi rya Amerika ko muri rusangi igikorwa caranguwe neza, aca atangaza n'igitigiri c'abiyandikishije. "www.voanews.com/centralafrica/2010-02-09-voa3.cfm?RSS=TopStories" Muzangaye Guhera Mon, 08 Feb 2010 22:25:01 +0200 Mon, 08 Feb 2010 22:25:01 -0400 Mon, 08 Feb 2010 22:25:01 +0200 http://www.voanews.com/centralafrica/2010-02-08-voa1.cfm?rss=topstories Perezida w’u Rwanda, Paul Kagame, yavuze ku nshuro ya mbere, ku bijyanye n’ishyaka FDU-Inkingi, ritavuga rumwe n’ubutegetsi riherutse gutahuka. Perezida Kagame yavuze ko ukwezi kwa buki kwa Ingabire kwarangiye. Ati’ ibisigaye, muzangaye guhera ". "www.voanews.com/centralafrica/2010-02-08-voa1.cfm?RSS=TopStories" Umugambwe MSD mu Matora yo ku Mitumba Tue, 09 Feb 2010 01:21:17 +0200 Tue, 09 Feb 2010 01:21:17 -0400 Tue, 09 Feb 2010 01:21:17 +0200 http://www.voanews.com/centralafrica/2010-02-09-voa2.cfm?rss=topstories Umukuru w'umugambwe yasiguriye abanywanyi biwe ko ayo matora afise insiguro zibiri, guha akaryo abanywanyi b'umugambwe ko kwitorera ababarongora bazobaserukira mu matora no kwerekana ko umugambwe MSD uharanira demokarasi kandi ko ubigendera. "www.voanews.com/centralafrica/2010-02-09-voa2.cfm?RSS=TopStories" Ivugurura Rishya ry’Itegeko Nshinga ry’u Rwanda  Tue, 09 Feb 2010 00:26:56 +0200 Tue, 09 Feb 2010 00:26:56 -0400 Tue, 09 Feb 2010 00:26:56 +0200 http://www.voanews.com/centralafrica/2010-02-09-voa1.cfm?rss=topstories Mu bisobanuro Minisitire Karugarama yahaye inteko rusange y’abadepite, yavuze ko kuvugurura itegeko nshinga bizacyemura bimwe mu bibazo byasizwe n’amavugururwa yabanje. "www.voanews.com/centralafrica/2010-02-09-voa1.cfm?RSS=TopStories" Ingorane z’Umuyobozi wa FDU-Inkingi ku Murenge wa Kinyinya Thu, 04 Feb 2010 00:37:20 +0200 Thu, 04 Feb 2010 00:37:20 -0400 Thu, 04 Feb 2010 00:37:20 +0200 http://www.voanews.com/centralafrica/2010-02-04-voa1.cfm?rss=topstories Insoresore zitashoboye kumenyekana, zibasiye abayobozi ba FDU-Inkingi, ubwo bajyaga ku murenge wa Kinyinya, mu karere ka Gasabo, mu mujyi wa Kigali, gushakayo ibyangombwa. "www.voanews.com/centralafrica/2010-02-04-voa1.cfm?RSS=TopStories" Abarundi Cumi n'Indwi  Birukanywe n’Igihugu ca Suede Thu, 04 Feb 2010 02:32:53 +0200 Thu, 04 Feb 2010 02:32:53 -0400 Thu, 04 Feb 2010 02:32:53 +0200 http://www.voanews.com/centralafrica/2010-02-04-voa2.cfm?rss=topstories Icatumye abo barundi batahukanwa ku nguvu, ngo n’uko bari babaye muri Suede batabifitiye uruhusha. Benshi muri bo baremera ko bari bamaze imyaka myinshi binyegeza, kuko ngo igikorwa co gusaba impapuro kiterera bose "www.voanews.com/centralafrica/2010-02-04-voa2.cfm?RSS=TopStories" Abagirizwa Gushaka Gutembagaza Inzego z'Igihugu Wed, 03 Feb 2010 01:37:27 +0200 Wed, 03 Feb 2010 01:37:27 -0400 Wed, 03 Feb 2010 01:37:27 +0200 http://www.voanews.com/centralafrica/2010-02-03-voa2.cfm?rss=topstories Mu gihe Jenerari Majoro Niyombare Godefroid, avuga ko hamaze gufatwa abasirikare cumi n'indwi, bagirizwa gutegura gutembagaza inzego z’igihugu,kandi ko bapfungiwe mu makambi ya gisirikare atandukanye, mu gisagara ca Bujumbura. "www.voanews.com/centralafrica/2010-02-03-voa2.cfm?RSS=TopStories" Ejo Bite - Ukwiyungunganya kw'Urwaruka Rwahungutse Wed, 03 Feb 2010 00:59:35 +0200 Wed, 03 Feb 2010 00:59:35 -0400 Wed, 03 Feb 2010 00:59:35 +0200 http://www.voanews.com/centralafrica/2010-02-03-voa1.cfm?rss=topstories Mu Burundi, urwaruka rwahungutse ruriyungunganya kugira ngo nti ruzokwame ruzera inze. Muri iyo ntumbero imigambi yo kwiyungunganya, hamwe ifatiye ku gucuruza, ahandi naho ku gukora imyuga. "www.voanews.com/centralafrica/2010-02-03-voa1.cfm?RSS=TopStories" Kugwanya Ivanguramoko, Amacakubiri, n’Urugomo Mon, 25 Jan 2010 02:23:55 +0200 Mon, 25 Jan 2010 02:23:55 -0400 Mon, 25 Jan 2010 02:23:55 +0200 http://www.voanews.com/centralafrica/2010-01-25-voa1.cfm?rss=topstories Iyo nama yitwaga “Uburyo busha bwo guhuza abantu bashamiranijwe n’ibibazo vy’ivangura, n’urugomo,” yakoreshejwe n’ikigo c’ubushakashatsi ku bibazo vy’umutekano kw’isi. "www.voanews.com/centralafrica/2010-01-25-voa1.cfm?RSS=TopStories" Ishyaka FDU-INKINGI mu Rwanda Mon, 18 Jan 2010 00:52:40 +0200 Mon, 18 Jan 2010 00:52:40 -0400 Mon, 18 Jan 2010 00:52:40 +0200 http://www.voanews.com/centralafrica/2010-01-18-voa1.cfm?rss=topstories Akiva ku kibuga cy'indege, Madamu Victoire Ingabire Umuhoza n'itsinda bazanye, berekeje ku gisozi gusura urwibutso rwa jenoside yakorewe abatutsi, aho yashyize indabo ku mva rusange. "www.voanews.com/centralafrica/2010-01-18-voa1.cfm?RSS=TopStories" Kunywa Itabi Wed, 13 Jan 2010 20:58:03 +0200 Wed, 13 Jan 2010 20:58:03 -0400 Wed, 13 Jan 2010 20:58:03 +0200 http://www.voanews.com/centralafrica/2010-01-13-voa2.cfm?rss=topstories Mu Rwanda, hari itegeko ribuza abantu kunywera itabi mu ruhamwe, n’ubwo hari abakomeza kubikora nta nkomyi. "www.voanews.com/centralafrica/2010-01-13-voa2.cfm?RSS=TopStories" Ingwara ya Marariya mu Burundi Mon, 11 Jan 2010 01:03:01 +0200 Mon, 11 Jan 2010 01:03:01 -0400 Mon, 11 Jan 2010 01:03:01 +0200 http://www.voanews.com/centralafrica/2010-01-11-voa1.cfm?rss=topstories Mu Burundi, ingwara ya Marariya irabangamiye amagara y'abantu mu ntara nyinshi z'igihugu. Abajejwe kwitaho amagara y'abantu baremeza ko iyo ngwara yagiye iriyongera mur'aya mezi ane arangiye. "www.voanews.com/centralafrica/2010-01-11-voa1.cfm?RSS=TopStories"