VOA News: Poritiki Wed, 28 Oct 2009 00:57:21 -0400 http://www.voanews.com/ Up to the minute news from Voice of America Abaserukira Uburundi mu Butariyano no muri Kenya Batawe  mu Mpimba  Wed, 28 Oct 2009 00:57:21 +0200 Wed, 28 Oct 2009 00:57:21 -0400 Wed, 28 Oct 2009 00:57:21 +0200 http://www.voanews.com/centralafrica/2009-10-28-voa1.cfm?rss=politics Abaporisi bajejwe kugwanya ibiturire kur'uwu wa mbere ku muhingamo  barahagaritse abaserukira Uburundi mu bihugu vya Kenya n'Ubutariyano. Abo baserukira Uburundi mur'ivyo bihugu bibiri baraye mw'ibohero rikuru ry'i Bujumbura, Mpimba "www.voanews.com/centralafrica/2009-10-28-voa1.cfm?RSS=Politics" Urubanza rw’Ikinyamakuru Umuseso n’Umunyemari Rujugiro Wed, 28 Oct 2009 20:58:26 +0200 Wed, 28 Oct 2009 20:58:26 -0400 Wed, 28 Oct 2009 20:58:26 +0200 http://www.voanews.com/centralafrica/2009-10-28-voa3.cfm?rss=politics Mu Bujurire, urubanza rw’ikinyamakuru Umuseso n’umunyemari Rujugiro rwasubitswe. Urwo rubanza rwajuririwe n’abanyamakuru b’Umuseso, Didas Gasana na Kabonero Charles; runajuririrwa n’ubushinjacyaha. "www.voanews.com/centralafrica/2009-10-28-voa3.cfm?RSS=Politics" Mu Burundi, Ikiringo co Gusubiza Ibigwanisho ku Gushaka Carangiye  Thu, 29 Oct 2009 18:07:45 +0200 Thu, 29 Oct 2009 18:07:45 -0400 Thu, 29 Oct 2009 18:07:45 +0200 http://www.voanews.com/centralafrica/2009-10-29-voa2.cfm?rss=politics Abanyagihugu bari bahamagariwe gusubiza ibigwanisho kugushaka. Zenon Ndabaneze atwara uwo mugwi yabwiye Ijwi rya Amerika ko abantu bitavye akamo ko gusibiza ivyo bigwanisho  barenga ibice mirongo indwi na bitanu kw'ijana "www.voanews.com/centralafrica/2009-10-29-voa2.cfm?RSS=Politics" Inama Rusange yo Gutangiza Ishyaka Rirengera Ibidukikije Yongeye Iburizwamo Mon, 02 Nov 2009 00:04:58 +0200 Mon, 02 Nov 2009 00:04:58 -0400 Mon, 02 Nov 2009 00:04:58 +0200 http://www.voanews.com/centralafrica/2009-11-01-voa1.cfm?rss=politics Perezida w’iryo shyaka Frank Habineza, yatangarije Ijwi ry’Amerika ko”adashidikanya na gato” ko ishyaka riri k’ubutegetsi mu Rwanda FPR, ko ariryo rikomeje kubabuza mahwemo”. "www.voanews.com/centralafrica/2009-11-01-voa1.cfm?RSS=Politics" Bikoro Munyanganizi yahawe umwaka w'igifungo mu bujurire Mon, 09 Nov 2009 18:41:40 +0200 Mon, 09 Nov 2009 18:41:40 -0400 Mon, 09 Nov 2009 18:41:40 +0200 http://www.voanews.com/centralafrica/2009-11-09-voa3.cfm?rss=politics Bikoro Munyanganizi yahawe umwaka w'igifungo mu bujurire "www.voanews.com/centralafrica/2009-11-09-voa3.cfm?RSS=Politics" Munyanganizi Yakatiwe Umwaka w’Igifungo Tue, 10 Nov 2009 00:48:13 +0200 Tue, 10 Nov 2009 00:48:13 -0400 Tue, 10 Nov 2009 00:48:13 +0200 http://www.voanews.com/centralafrica/2009-11-10-voa1.cfm?rss=politics Mu Rwego rw’ubujurire, urukiko rwisumbuye rwa Nyarugenge, rwakatiye Pr Munyanganizi Bikoro, igifungo cy’umwaka umwe w’igifungo.  "www.voanews.com/centralafrica/2009-11-10-voa1.cfm?RSS=Politics" Ibogozwa ry’Umushikiranganji mu Burundi Wed, 11 Nov 2009 23:10:08 +0200 Wed, 11 Nov 2009 23:10:08 -0400 Wed, 11 Nov 2009 23:10:08 +0200 http://www.voanews.com/centralafrica/2009-11-11-voa1.cfm?rss=politics Umukuru w'igihugu c'Uburundi Petero Nkurunziza yashize umukono kur'uwu wa gatatu kw'itegeko 100/189 rikura muri reta umushikiranganji Samuel Ndayiragije yari ajejwe amasoko ntanganguvu, ubutare n'agataka. "www.voanews.com/centralafrica/2009-11-11-voa1.cfm?RSS=Politics" Ambasaderi wa Kongo Mushya Mu Rwanda Mon, 16 Nov 2009 21:50:32 +0200 Mon, 16 Nov 2009 21:50:32 -0400 Mon, 16 Nov 2009 21:50:32 +0200 http://www.voanews.com/centralafrica/2009-11-16-voa4.cfm?rss=politics Ku ya 16 z’ukwezi kwa 11 mu mwaka wa 2009, Ambasaderi Kilombo yashyikirije Perezida w'u Rwanda impapuro zimwemerera guhagararira igihugu cye mu Rwanda "www.voanews.com/centralafrica/2009-11-16-voa4.cfm?RSS=Politics" Mutsindashyaka Theoneste Yatawe muri Yombi Wed, 18 Nov 2009 22:02:59 +0200 Wed, 18 Nov 2009 22:02:59 -0400 Wed, 18 Nov 2009 22:02:59 +0200 http://www.voanews.com/centralafrica/2009-11-18-voa2.cfm?rss=politics Ubushinjacyaha bwatangaje ko bukurikiranyeho Mutsindashyaka ibyaha bine. Ibyo ni kunyereza umutungo wa Leta, gukora no gukoresha inyandiko mpimbano, kwigwizaho umutungo mu buryo bunyuranije n’amategeko, no kubeshya urwego rw’umuvunyi umutungo afite. "www.voanews.com/centralafrica/2009-11-18-voa2.cfm?RSS=Politics" Umunyamakuru wa Rugari muri Gacaca Thu, 19 Nov 2009 21:17:02 +0200 Thu, 19 Nov 2009 21:17:02 -0400 Thu, 19 Nov 2009 21:17:02 +0200 http://www.voanews.com/centralafrica/umunyamakuru-wa-rugari-muri-gacaca.cfm?rss=politics Assumani ni umuyobozi mukuru w’ikinyamakuru kigenga Rugari Gacaca imukurikiranyeho ibyaha bibiri ikeka ko yakoze muri jenoside, mu murenge wa Gatenga mu karere ka Kicukiro mu Mujyi wa Kigali. Ni naho aburanira. Niyonambaza ahakana ibyo byaha byombi. "www.voanews.com/centralafrica/Umunyamakuru-wa-Rugari-muri-gacaca.cfm?RSS=Politics"