Ikibazo cerekeye gushiraho umurwi ujejwe ukuri n’ukurekuriranira hamwe n’ugushiraho sentare idasanzwe ijejwe gucira imanza abakoze ivyaha bikomeye kuva Uburundi bwikukira kirabandanya kuvugwa cane mu Burundi.
Ijwi rya Amerika ryarabajije Jean de Dieu Mutabazi ayoboye umugambwe RADEBU-Intadebukirwa na Domitien Nibizi, umushakashatsi ku bibazo bijanye n’ugutorera inyishu amatati hamwe n’ukurekuriranira yaheruka mu Burundi aho yagize ubushakashatsi kuri ico kibazo.
Ku bindi bisobanuro kuri ico kibazo, tubatege amatwi:
CROSSFIRE Right click (Control click for Mac) and choose Save Link/Target As
Download: MP3

