Inside VOA | Twandikire
Barimo abo mu miryango ya jenerali Kayumba Nyamwasa, koloneli Patrick Karegeya n’umunyemari Rujuriro Ayabatwa Tilbert ndetse na Dr. Theo
Izo nzira zibiri zirahanganye muri iki gihe cane cane mu karere k’I Bulaya
Prezida Obama yavuze kw’imigambi izana iterambere n’ubuzi arivyo vyoshimikirwako kurushiriza.
Chen, umupfasoni wiwe n’abana biwe babiri barekuriwe kuva mu Bushinwa mu gitondo c’ejo ku musi wa gatandatu.
Donna Summer yari azwi nk’umwamikazi wa Disco
Joseph Kony n’abandi bategetsi b'umurwi LRAi baronderwa na sentare mpuzamakungu mpanavyaha
Nta wiyitiriye buno nyene ivyo bitero
Abantu cumi na batanu canke barenga barakomeretse.
Ivyo Prezida Obama yabitangaje ejo ku musi wa gatatu mu kiganiro yatangiye kuri televiziyo ABC.
Francois Hollande yarabonanye n’umukuru w’ishirahamwe ry’ibihugu vy’I Bulaya, Herman Van Rompuy
kw’Ubufransa buzobandanya bushira imbere inyungu zabwo bwaba buyobowe n’umunyepolitike w’I Buryo canke w’I bubanfu.
Umushinganthe Sarkozy yaciye atelephona uyo mutegetsi yamutsinze, araheza aremera ko yarushijwe.
FrancoHollande atsinze ayo matora n’amajwi hafi 52 kw’ijana kw’ijana mu gihe Nicolas Sarkozy yegukanye ibice hafi 48
Prezida Obama yavuze kw’uwo bahiganwa Mitt Romney atuma ibibazo vy’Abanyameria basanzwe
Sarkozy yaranebaguwe ku kugene yavyifashemwo ku vyerekeye ubutunzi.