Mu kiganiro yahaye Frederic Nkundikije, Alexis Sinduhije avuga kw’ihagarikwa ryiwe mu gihugu ca Tanzania mu kwezi guheze, ryamwigishije ko muri politike hama hari abantu bashaka kuremeka inkono ishushe abandi. Umushingantahe Sinduhije arahakana kandi ibirego biri muri raport y’abahinga b’ishirahmwe mpuzamakungu, imwagiriza kw’ari mu bantu badurumbanya umutekano mu Burundi. Avuga kandi kw’umugambwe wiwe witeguriye amatora azokwirikira mu Burundi, ngo mu gihe koko, yoba:
Umviriza:
Conflict Resolution Right click (Control click for Mac) and choose Save Link/Target As
Download: MP3


