blank

Inside VOA | Twandikire

Ubukungu n'Amasoko Yigenga

Ingaruka y’Incuro ya Kabiri y’Amatora y’Umukuru w’Igihugu mu Bufransa ku Vyerekeye Afrika

kw’Ubufransa buzobandanya bushira imbere inyungu zabwo bwaba buyobowe n’umunyepolitike w’I Buryo canke w’I bubanfu.

Inkuru iramvuye | Ico umuntu yiyumvira

Ukwiyamamariza Incuro ya Kabiri y’Amatora y’Umukuru w’Igihugu Mu Bufransa kwaratanguye Ejo ku Musi wa Mbere

Ibibazo biriko bishimikirwako muri ico gikogwa c’ukwiyamamaza vyerekeye ubutunzi n’ukuronsa Abafransa ubuzi.

Amatora ya Mbere y’Umukuru w’Igihugu Arimirije Kuba mu Bufransa

Prezida Sarkozy mu migambi yiwe mishasha ashaka amatagisi ku bintu bigurishwa

Uguhagarika akazi Kuratagekanijwe Uno Musi ku wa Kabiri mu Burundi

Reta iguma irondera amatagisi n’amakori ku banyagihugu batobato

Ibiharuro Bishasha ku Rugero rw’Ubushomeri muri Amerika n’Amatora yo muri uyu Mwaka.

Ivyo bibonwa kw’ari ibintu bishobora gufasha prezida Barack Obama

Imigenderanire Hagati y’Ubushinwa n’Uburusiya

Abashinwa batari bake basigaye barabira hasi Uburusiya

Amashirahamwe y’Abikorera Utwabo muri Amerika Asabwa Kuja Gukorera muri Afrika

Africa n’akarere karimwo amasoko atarashigwamwo imitahe ibihumbi n’ibihumbi

Libyan leader Moammar Gadhafi

Ingaruka Ukuva ku Butegetsi kwa Kadhafi Bishobora Kugira Kuri Afrika

Ibintu bigiye guhinduka ku bihugu vyahora bironka infashanyo kubera bisa nuko itazosubira kuboneka nkuko vyahora

Villagers in Gundom, Cameroon, work on a US-paid sustainable clean water project

Umugambi w’Uguha Abanyagihugu Amazi Meza muri Afrika no kw’Isi.

Uburyo butandukanye bw’ugutanga ayo mazi buriko burakoreshwa

Kuduza Ibiciro vy’Amatara n’Amazi mu Burundi n’Ibintu Bigishobora Kuba

Avuga ko Abantu bakeneye kumenya imvo n’imvano yotuma ibiciro biduzwa.

Central Africa - 0330 Amakuru



VOA 60 - Africa

To view this site, you need to have Flash Player 9.0.115 or later installed. Click here to get the latest Flash player.


Urubuga rw'amafoto

Amatohoza

Hari Isano Rihari Hagati y'Itahukanwa ry'Ikiziga ca Mwambutsa wa Kane n'Ukunywanisha Abarundi?

Kuraba ivyavuyemwo »

Amatohoza

Mubona Guhagarika Akazi n'Ukugira Imyiyerekano Bizofasha Gutorera Inyishu Ikibazo c'Ibiciro vy'Amazi n'Umuyagankuba Bitera Vyiyongera mu Burundi?

Kuraba ivyavuyemwo »
VOA Congo Story